ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Mariko 14:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Hanyuma bari ku meza bariko bararya, Yezu avuga ati: “Ni ukuri ndabibabwiye: Umwe muri mwebwe, uwuriko asangira+ nanje, arangura+.”

  • Yohani 6:70
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 70 Yezu abishura ati: “Sinabatoye none mwebwe cumi na babiri+? Yamara umwe muri mwebwe ni umubesheranyi+.”

  • Yohani 13:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Yezu amaze kuvuga ivyo, abura amahoro mu mutima, ashinga intahe, ati: “Ni ukuri kwose ndabibabwiye: Umwe muri mwebwe arangura+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika