Mariko 14:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Batangura kugira intuntu no kumubwira umwumwe bati: “Ni jewe+?” Yohani 13:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Abigishwa batangura kurabana, bazazaniwe bibaza uwo yariko abivugako uwo ari we+.