Matayo 26:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Bibatera intuntu nyinshi, batangura kumubwira umwe wese ukwiwe bati: “Mukama, ni jewe+?” Luka 22:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Nuko batangura kubazanya hagati yabo uwari agiye koko gukora ico kintu muri bo+. Yohani 13:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Abigishwa batangura kurabana, bazazaniwe bibaza uwo yariko abivugako uwo ari we+.