1 Abakorinto 10:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Igikombe+ c’umuhezagiro duhezagira, mbega si ugusangira mu maraso ya Kristu? Umukate tumanyura+, mbega si ugusangira mu mubiri wa Kristu+? 1 Abakorinto 11:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 hanyuma amaze gukenguruka arawumanyura+, avuga ati: “Iki gisobanura umubiri+ wanje utanzwe ku bwanyu. Muragume mugira ibi mu kunyibuka+.”
16 Igikombe+ c’umuhezagiro duhezagira, mbega si ugusangira mu maraso ya Kristu? Umukate tumanyura+, mbega si ugusangira mu mubiri wa Kristu+?
24 hanyuma amaze gukenguruka arawumanyura+, avuga ati: “Iki gisobanura umubiri+ wanje utanzwe ku bwanyu. Muragume mugira ibi mu kunyibuka+.”