Matayo 26:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Bakibandanya gufungura, Yezu atora umukate+, hanyuma amaze kuwuhezagira, arawumanyura+ awuhereza abigishwa, avuga ati: “Akire, murye. Iki gisobanura umubiri wanje+.” Luka 22:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Atora n’umukate+, arakenguruka, arawumanyura, arawubaha, avuga ati: “Iki gisobanura umubiri wanje+ ugiye gutangwa ku bwanyu+. Muragume mugira ibi mu kunyibuka+.”
26 Bakibandanya gufungura, Yezu atora umukate+, hanyuma amaze kuwuhezagira, arawumanyura+ awuhereza abigishwa, avuga ati: “Akire, murye. Iki gisobanura umubiri wanje+.”
19 Atora n’umukate+, arakenguruka, arawumanyura, arawubaha, avuga ati: “Iki gisobanura umubiri wanje+ ugiye gutangwa ku bwanyu+. Muragume mugira ibi mu kunyibuka+.”