Mariko 14:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Bakibandanya gufungura, atora umukate, arawuhezagira, arawumanyura, arawubaha, avuga ati: “Nimwakire, iki gisobanura umubiri wanje+.” Luka 22:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Atora n’umukate+, arakenguruka, arawumanyura, arawubaha, avuga ati: “Iki gisobanura umubiri wanje+ ugiye gutangwa ku bwanyu+. Muragume mugira ibi mu kunyibuka+.”
22 Bakibandanya gufungura, atora umukate, arawuhezagira, arawumanyura, arawubaha, avuga ati: “Nimwakire, iki gisobanura umubiri wanje+.”
19 Atora n’umukate+, arakenguruka, arawumanyura, arawubaha, avuga ati: “Iki gisobanura umubiri wanje+ ugiye gutangwa ku bwanyu+. Muragume mugira ibi mu kunyibuka+.”