ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 26:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Bakibandanya gufungura, Yezu atora umukate+, hanyuma amaze kuwuhezagira, arawumanyura+ awuhereza abigishwa, avuga ati: “Akire, murye. Iki gisobanura umubiri wanje+.”

  • Mariko 14:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Bakibandanya gufungura, atora umukate, arawuhezagira, arawumanyura, arawubaha, avuga ati: “Nimwakire, iki gisobanura umubiri wanje+.”

  • 1 Abakorinto 11:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 hanyuma amaze gukenguruka arawumanyura+, avuga ati: “Iki gisobanura umubiri+ wanje utanzwe ku bwanyu. Muragume mugira ibi mu kunyibuka+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika