ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 12:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 “‘Kandi babwirizwa kurya inyama zayo muri iryo joro+. Baze bazirye zitaze ku muriro, bazikoze udutsima tutarimwo umwambiro+ hamwe n’imboga zirura+.

  • Kuvayo 12:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Nta kintu cambiwe muzorya. Aho muba hose muze murye udutsima tutarimwo umwambiro.’”

  • Gusubira mu vyagezwe 16:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Ntuze uyiryane n’ikintu na kimwe cambiye, mu misi indwi+. Ukwiye kuyirya uyikojeje udutsima tutarimwo umwambiro, wa mukate w’amarushwa, kuko wavuye mu gihugu ca Misiri gihutihuti+, kugira wibuke umusi w’ukuva kwawe mu gihugu ca Misiri imisi yose y’ubuzima bwawe+.

  • 1 Abakorinto 10:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Kubera ko hari umukate umwe, twebwe naho turi benshi+, turi umubiri umwe+, kuko twese dufungura kuri uwo mukate umwe+.

  • 1 Abakorinto 11:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Kuko nahawe n’Umukama ico nanje nabahereje, yuko Umukama Yezu mw’ijoro+ yagira atangwemwo, yatoye umukate,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika