Yohani 6:51 Bibiliya y’isi nshasha 51 Ni jewe mukate muzima wamanutse uva mw’ijuru; nihagira uwurya kuri uwo mukate azobaho ibihe vyose; kandi vy’ukuri, umukate nzotanga ni umubiri wanje+ kugira ngo isi ironke ubuzima+.” 1 Abakorinto 10:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Igikombe+ c’umuhezagiro duhezagira, mbega si ugusangira mu maraso ya Kristu? Umukate tumanyura+, mbega si ugusangira mu mubiri wa Kristu+?
51 Ni jewe mukate muzima wamanutse uva mw’ijuru; nihagira uwurya kuri uwo mukate azobaho ibihe vyose; kandi vy’ukuri, umukate nzotanga ni umubiri wanje+ kugira ngo isi ironke ubuzima+.”
16 Igikombe+ c’umuhezagiro duhezagira, mbega si ugusangira mu maraso ya Kristu? Umukate tumanyura+, mbega si ugusangira mu mubiri wa Kristu+?