Kuvayo 24:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nuko Musa afata ya maraso, ayamijagira ku bantu+, avuga ati: “Ng’aya amaraso y’isezerano+ Yehova agiranye namwe ku bijanye n’aya majambo yose.” Zakariya 9:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 “Nawe ga wa mugore, biciye ku maraso y’isezerano ryawe+, nzorungika imbohe zawe+ ndazikuye mu cobo kitarimwo amazi.
8 Nuko Musa afata ya maraso, ayamijagira ku bantu+, avuga ati: “Ng’aya amaraso y’isezerano+ Yehova agiranye namwe ku bijanye n’aya majambo yose.”
11 “Nawe ga wa mugore, biciye ku maraso y’isezerano ryawe+, nzorungika imbohe zawe+ ndazikuye mu cobo kitarimwo amazi.