Mariko 14:41 Bibiliya y’isi nshasha 41 Yongera kuza ubugira gatatu, ababwira ati: “Mbega mu gihe nk’iki muriko murisinzirira mwongera mwiruhukira! Biramaze! Isaha irashitse+! Ehe Umwana w’umuntu agabuwe mu maboko y’abacumuzi+.
41 Yongera kuza ubugira gatatu, ababwira ati: “Mbega mu gihe nk’iki muriko murisinzirira mwongera mwiruhukira! Biramaze! Isaha irashitse+! Ehe Umwana w’umuntu agabuwe mu maboko y’abacumuzi+.