Yohani 18:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ariko Yezu abwira Petero ati: “Shira inkota mu rwubati rwayo+. Igikombe Data yampaye, mbega sinkwiye kukinywa+ uko vyogenda kwose?”
11 Ariko Yezu abwira Petero ati: “Shira inkota mu rwubati rwayo+. Igikombe Data yampaye, mbega sinkwiye kukinywa+ uko vyogenda kwose?”