Luka 4:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Nuko amanuka i Kaperinawumu+, igisagara c’i Galilaya. Hanyuma yariko arabigisha kw’isabato; Yohani 2:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Inyuma y’ivyo, we na nyina na bene wabo+ be n’abigishwa biwe bamanuka i Kaperinawumu+, mugabo ntibahaguma imisi myinshi.
12 Inyuma y’ivyo, we na nyina na bene wabo+ be n’abigishwa biwe bamanuka i Kaperinawumu+, mugabo ntibahaguma imisi myinshi.