Luka 22:54 Bibiliya y’isi nshasha 54 Maze baramufata baramujana+, bamwinjiza mu nzu y’umuherezi mukuru+; mugabo Petero yagenda arakurikira ari nka hariya+.
54 Maze baramufata baramujana+, bamwinjiza mu nzu y’umuherezi mukuru+; mugabo Petero yagenda arakurikira ari nka hariya+.