Mariko 15:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nuko Pilato amubaza iki kibazo ati: “Wewe uri umwami+ w’Abayuda?” Amwishura ati: “Wewe ubwawe urabivuze+.” Luka 23:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Pilato rero amubaza iki kibazo ati: “Wewe uri umwami w’Abayuda?” Amwishura ati: “Wewe ubwawe urabivuze+.” Yohani 18:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Nuko Pilato yongera kwinjira mu kirimba ca buramatari, ahamagara Yezu, amubwira ati: “Wewe uri umwami w’Abayuda+?”
2 Nuko Pilato amubaza iki kibazo ati: “Wewe uri umwami+ w’Abayuda?” Amwishura ati: “Wewe ubwawe urabivuze+.”
3 Pilato rero amubaza iki kibazo ati: “Wewe uri umwami w’Abayuda?” Amwishura ati: “Wewe ubwawe urabivuze+.”
33 Nuko Pilato yongera kwinjira mu kirimba ca buramatari, ahamagara Yezu, amubwira ati: “Wewe uri umwami w’Abayuda+?”