Mariko 15:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Mugabo umuntu umwe arirukanga, ajobeka ikinyuko mu muvinyu ukarishe, agishira kw’irenga, maze aramuha ngo anywe+, avuga ati: “Mureke! Reka turabe ko Eliya aza kumumanura+.”
36 Mugabo umuntu umwe arirukanga, ajobeka ikinyuko mu muvinyu ukarishe, agishira kw’irenga, maze aramuha ngo anywe+, avuga ati: “Mureke! Reka turabe ko Eliya aza kumumanura+.”