Zaburi 69:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Mugabo bampaye igiterwa c’ubumara ngo kimbere ibifungurwa+,Bagerageza kunywesha inkarihe ngo banzimye inyota+. Matayo 27:48 Bibiliya y’isi nshasha 48 Buno nyene umwe muri bo aca arirukanga atora ikinyuko, akijobeka mu muvinyu ukarishe+, agishira kw’irenga, aca aramuha ngo anywe+. Yohani 19:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Ng’aho hari icombo cuzuye umuvinyu ukarishe. Bashira rero ikinyuko cuzuye nya muvinyu ukarishe ku gati ka ezobu, bakizana ku munwa wiwe+.
21 Mugabo bampaye igiterwa c’ubumara ngo kimbere ibifungurwa+,Bagerageza kunywesha inkarihe ngo banzimye inyota+.
48 Buno nyene umwe muri bo aca arirukanga atora ikinyuko, akijobeka mu muvinyu ukarishe+, agishira kw’irenga, aca aramuha ngo anywe+.
29 Ng’aho hari icombo cuzuye umuvinyu ukarishe. Bashira rero ikinyuko cuzuye nya muvinyu ukarishe ku gati ka ezobu, bakizana ku munwa wiwe+.