Matayo 27:48 Bibiliya y’isi nshasha 48 Buno nyene umwe muri bo aca arirukanga atora ikinyuko, akijobeka mu muvinyu ukarishe+, agishira kw’irenga, aca aramuha ngo anywe+. Mariko 15:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Mugabo umuntu umwe arirukanga, ajobeka ikinyuko mu muvinyu ukarishe, agishira kw’irenga, maze aramuha ngo anywe+, avuga ati: “Mureke! Reka turabe ko Eliya aza kumumanura+.” Luka 23:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Mbere n’abasoda baramushinyaguriza+, bakegera bamuha umuvinyu ukarishe+ Yohani 19:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Ng’aho hari icombo cuzuye umuvinyu ukarishe. Bashira rero ikinyuko cuzuye nya muvinyu ukarishe ku gati ka ezobu, bakizana ku munwa wiwe+.
48 Buno nyene umwe muri bo aca arirukanga atora ikinyuko, akijobeka mu muvinyu ukarishe+, agishira kw’irenga, aca aramuha ngo anywe+.
36 Mugabo umuntu umwe arirukanga, ajobeka ikinyuko mu muvinyu ukarishe, agishira kw’irenga, maze aramuha ngo anywe+, avuga ati: “Mureke! Reka turabe ko Eliya aza kumumanura+.”
29 Ng’aho hari icombo cuzuye umuvinyu ukarishe. Bashira rero ikinyuko cuzuye nya muvinyu ukarishe ku gati ka ezobu, bakizana ku munwa wiwe+.