Yohani 19:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Yamara umwe muri nya basoda amusogota icumu mu rubavu+, buno nyene havayo amaraso n’amazi.