1 Samweli 14:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Nuko haba ukujugumira+ mw’ikambi mu gahinga no mu bantu bose bo kuri nya kirindiro; za ngabo z’abasahuzi+ zirajugumira na zo nyene, maze isi itangura kunyiganyiga+, ivyo biraheza bicika ukujugumira kuvuye ku Mana+.
15 Nuko haba ukujugumira+ mw’ikambi mu gahinga no mu bantu bose bo kuri nya kirindiro; za ngabo z’abasahuzi+ zirajugumira na zo nyene, maze isi itangura kunyiganyiga+, ivyo biraheza bicika ukujugumira kuvuye ku Mana+.