Luka 5:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 na Yakobo na Yohani, ba bahungu ba Zebedayo+, bari bafatanije na Simoni. Mugabo Yezu abwira Simoni ati: “Yaco utinya. Guhera ubu uzohora uroba abantu ari bazima+.”
10 na Yakobo na Yohani, ba bahungu ba Zebedayo+, bari bafatanije na Simoni. Mugabo Yezu abwira Simoni ati: “Yaco utinya. Guhera ubu uzohora uroba abantu ari bazima+.”