ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 17:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 “Mukama, girira imbabazi umwana wanje, kubera ko asanzwe arwaye intandara zikaba zamuvyutse, kuko kenshi agwa mu muriro no mu mazi+;

  • Mariko 1:32
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 32 Bumaze kugoroba, izuba rimaze kurenga, abantu batangura kumuzanira abarwaye bose+ n’abiziziwe n’amadayimoni*+;

  • Ivyakozwe 5:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Vyongeye, abantu indiri bavuye mu micungararo ya Yeruzalemu baguma baza bakoranira hamwe, bateruye abarwaye be n’abadurumbanywa n’impwemu zihumanye, kandi bose uko bangana barakira.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika