2 Abami 15:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Amaherezo Yotamu aryama hamwe na ba sekuruza biwe hanyuma ahambwa hamwe na ba sekuruza mu Gisagara ca Dawidi sekuruza wiwe+; nuko Ahazi+ umuhungu wiwe atangura kuganza mu kibanza ciwe.
38 Amaherezo Yotamu aryama hamwe na ba sekuruza biwe hanyuma ahambwa hamwe na ba sekuruza mu Gisagara ca Dawidi sekuruza wiwe+; nuko Ahazi+ umuhungu wiwe atangura kuganza mu kibanza ciwe.