Matayo 6:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 “Igihe mwisonzesha+, mureke kwijirwa mu maso nka kumwe kwa ba biyorobetsi, kuko bifutanya mu maso kugira baboneke ku bantu ko bariko bisonzesha+. Ni ukuri ndabibabwiye: Baramaze kuronka impembo yabo yose. Matayo 23:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ibikorwa vyose bakora babikora ngo abantu bababone+; kuko bāgura utubweta tw’ivyanditswe+ bambara nk’uburyo bwo kwikingira, kandi bakarehūra ubuyonga+ bw’impuzu zabo.
16 “Igihe mwisonzesha+, mureke kwijirwa mu maso nka kumwe kwa ba biyorobetsi, kuko bifutanya mu maso kugira baboneke ku bantu ko bariko bisonzesha+. Ni ukuri ndabibabwiye: Baramaze kuronka impembo yabo yose.
5 Ibikorwa vyose bakora babikora ngo abantu bababone+; kuko bāgura utubweta tw’ivyanditswe+ bambara nk’uburyo bwo kwikingira, kandi bakarehūra ubuyonga+ bw’impuzu zabo.