Matayo 13:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Uwabibwe mu mahwa na we, uwo ni uwumva iryo jambo, mugabo amaganya y’ivy’iki gihe+ be n’ububasha buhendana bw’ubutunzi bikanyoha iryo jambo, maze agacika ikirumbirane+. Luka 12:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Mugabo Imana imubwira iti: ‘Wa kijuju we, iri joro barakwaka ubuzima bwawe+. None ibintu warunze bizoba ivya nde+?’ Yakobo 5:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Inzahabu n’ifeza vyanyu bimazwe n’ingese, kandi ingese yavyo izobabera nk’intahe ibagiriza kandi izorya inyama zanyu. Ikintu kimeze nk’umuriro+ ni co mwarundanije+ mu misi ya nyuma+.
22 Uwabibwe mu mahwa na we, uwo ni uwumva iryo jambo, mugabo amaganya y’ivy’iki gihe+ be n’ububasha buhendana bw’ubutunzi bikanyoha iryo jambo, maze agacika ikirumbirane+.
20 Mugabo Imana imubwira iti: ‘Wa kijuju we, iri joro barakwaka ubuzima bwawe+. None ibintu warunze bizoba ivya nde+?’
3 Inzahabu n’ifeza vyanyu bimazwe n’ingese, kandi ingese yavyo izobabera nk’intahe ibagiriza kandi izorya inyama zanyu. Ikintu kimeze nk’umuriro+ ni co mwarundanije+ mu misi ya nyuma+.