Imigani 4:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Nayo amaso yawe, akwiye kuraba imbere adakebaguzwa+, emwe amaso aca ibibatsi yawe akwiye kuguma ahanze imbere yawe adakebaguzwa+. Luka 11:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Itara ry’umubiri ni ijisho ryawe. Iyo ijisho ryawe riremuruye, umubiri wawe wose na wo nyene urakaka+; mugabo iyo ari ribi, umubiri wawe na wo nyene ucura umwiza. Abanyefeso 1:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Vyongeye, kubera yuko amaso+ y’umutima wanyu yamurikiwe+, nsenga kandi kugira ngo mumenye icizigiro+ yabahamagariye ico ari co, mumenye ubutunzi buninahaye+ ibikiye aberanda+ bwa ntoranwa ubwo ari bwo,
25 Nayo amaso yawe, akwiye kuraba imbere adakebaguzwa+, emwe amaso aca ibibatsi yawe akwiye kuguma ahanze imbere yawe adakebaguzwa+.
34 Itara ry’umubiri ni ijisho ryawe. Iyo ijisho ryawe riremuruye, umubiri wawe wose na wo nyene urakaka+; mugabo iyo ari ribi, umubiri wawe na wo nyene ucura umwiza.
18 Vyongeye, kubera yuko amaso+ y’umutima wanyu yamurikiwe+, nsenga kandi kugira ngo mumenye icizigiro+ yabahamagariye ico ari co, mumenye ubutunzi buninahaye+ ibikiye aberanda+ bwa ntoranwa ubwo ari bwo,