Mariko 4:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Nuko bamaze kurungika rya sinzi, bamutwara mu bwato, nk’uko yari, kandi hari n’ubundi bwato bwari kumwe na we+.
36 Nuko bamaze kurungika rya sinzi, bamutwara mu bwato, nk’uko yari, kandi hari n’ubundi bwato bwari kumwe na we+.