Matayo 8:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Hanyuma yuriye ubwato+, abigishwa biwe baramukurikira. Luka 8:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Kuri umwe muri iyo misi, we hamwe n’abigishwa biwe burira ubwato, hanyuma ababwira ati: “Tujabuke tuje ku yindi nkengera y’ikiyaga.” Nuko barasoza+.
22 Kuri umwe muri iyo misi, we hamwe n’abigishwa biwe burira ubwato, hanyuma ababwira ati: “Tujabuke tuje ku yindi nkengera y’ikiyaga.” Nuko barasoza+.