Zaburi 4:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nzokwiryamira nisinzirire mu mahoro+,Kuko wewe wenyene, ewe Yehova, ari we utuma mbaho mu mutekano+. Luka 8:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Mugabo bariko baragenda arasinzira. Buno ikirura c’umuyaga gikaze cisuka ku kiyaga, ubwato barimwo butangura kwuzura amazi, baja mu kaga+.
8 Nzokwiryamira nisinzirire mu mahoro+,Kuko wewe wenyene, ewe Yehova, ari we utuma mbaho mu mutekano+.
23 Mugabo bariko baragenda arasinzira. Buno ikirura c’umuyaga gikaze cisuka ku kiyaga, ubwato barimwo butangura kwuzura amazi, baja mu kaga+.