ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Mariko 5:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Buno nyene avuye mu bwato, umugabo yiziziwe n’impwemu ihumanye aza kumusanganira avuye hagati mu mva+.

  • Luka 8:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Mugabo yururutse i musozi, umugabo umwe avuye mu gisagara yarimwo amadayimoni aza kumusanganira. Kandi yari amaze igihe kitari gito ata mpuzu yambara, ntabe i muhira, ariko akaba hagati mu mva+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika