Mariko 1:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 ati: “Duhuriye ku ki nawe, ga Yezu Umunyanazareti+? Uje kuduhonya? Ndazi+ neza uwo uri we, uri wa Mweranda+ w’Imana+.” Yakobo 2:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Uremera ko hari Imana imwe+, si ko? Ugira neza cane. Yamara amadayimoni* na yo aravyemera kandi agahinda agashitsi+.
24 ati: “Duhuriye ku ki nawe, ga Yezu Umunyanazareti+? Uje kuduhonya? Ndazi+ neza uwo uri we, uri wa Mweranda+ w’Imana+.”
19 Uremera ko hari Imana imwe+, si ko? Ugira neza cane. Yamara amadayimoni* na yo aravyemera kandi agahinda agashitsi+.