7 “Andikira umumarayika+ w’ishengero ry’i Filadelufiya na we uti: Ibi ni vyo avuga wa wundi ari mweranda+, wa wundi w’ukuri+, wa wundi afise urupfunguruzo rwa Dawidi+, wa wundi yugurura ku buryo ata n’umwe yugara, kandi yugara ku buryo ata n’umwe yugurura: