Mariko 5:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Na we arazemerera. Za mpwemu zihumanye zica zirasohoka zinjira muri nya ngurube; nya busho na bwo buca bushunguruka imanga, bwitera mu kiyaga, zikaba zashika nk’ibihumbi bibiri, zija zirasoma nturi mu kiyaga, imwimwe+. Luka 8:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Maze nya madayimoni ava muri wa muntu yinjira muri za ngurube, nya busho na bwo buca bushunguruka imanga bwitera mu kiyaga, burasoma nturi+.
13 Na we arazemerera. Za mpwemu zihumanye zica zirasohoka zinjira muri nya ngurube; nya busho na bwo buca bushunguruka imanga, bwitera mu kiyaga, zikaba zashika nk’ibihumbi bibiri, zija zirasoma nturi mu kiyaga, imwimwe+.
33 Maze nya madayimoni ava muri wa muntu yinjira muri za ngurube, nya busho na bwo buca bushunguruka imanga bwitera mu kiyaga, burasoma nturi+.