ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Mariko 2:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Vyongeye, nta muntu ashira umuvinyu mushasha mu mikuza y’inshato ishaje; abigize, nya muvinyu uraturitsa ya mikuza y’inshato, umuvinyu n’imikuza bigahomba vyose+. Mugabo umuvinyu mushasha bawushira mu mikuza y’inshato mishasha+.”

  • Luka 5:37
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 37 Vyongeye, nta wushira umuvinyu mushasha mu mikuza y’inshato ishaje; mugabo abigize, nya muvinyu mushasha uzoheza uturitse ya mikuza y’inshato+, kandi uzoseseka, nya mikuza y’inshato na yo ishwanyagurike+.

  • Luka 5:38
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 38 Mugabo umuvinyu mushasha utegerezwa gushirwa mu mikuza y’inshato mishasha.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika