Mariko 5:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 hanyuma amaze kwinjira, ababwira ati: “Urwo ruyogoyogo n’ayo marira ni ivy’iki? Uwo mwana ntiyapfuye, ahubwo arasinziriye+.” Yohani 11:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Avuga ivyo bintu, hanyuma ababwira ati: “Lazaro umugenzi wacu araruhutse, mugabo ndagiyeyo kumukangura mw’itiro+.”
39 hanyuma amaze kwinjira, ababwira ati: “Urwo ruyogoyogo n’ayo marira ni ivy’iki? Uwo mwana ntiyapfuye, ahubwo arasinziriye+.”
11 Avuga ivyo bintu, hanyuma ababwira ati: “Lazaro umugenzi wacu araruhutse, mugabo ndagiyeyo kumukangura mw’itiro+.”