Mariko 5:40 Bibiliya y’isi nshasha 40 Baca batangura gutwenga bamushinyagurira. Mugabo, amaze kubasohora hanze bose, ahitana se na nyina b’uwo mwana n’abari kumwe na we, yinjira aho nya mwana yari+.
40 Baca batangura gutwenga bamushinyagurira. Mugabo, amaze kubasohora hanze bose, ahitana se na nyina b’uwo mwana n’abari kumwe na we, yinjira aho nya mwana yari+.