Matayo 9:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 avuga ati: “Nimuhave, kuko ako gakobwa katapfuye, ahubwo karasinziriye+.” Avuze ivyo, batangura kumutwenga bamushinyagurira+. Luka 8:51 Bibiliya y’isi nshasha 51 Ashitse kuri nya nzu, ntiyareka ngo hagire n’umwe binjirana atari Petero na Yohani na Yakobo hamwe na se na nyina ba nya mukobwa+. Luka 8:53 Bibiliya y’isi nshasha 53 Baca batangura kumutwenga bamushinyagurira, kuko bari bazi yuko yapfuye+.
24 avuga ati: “Nimuhave, kuko ako gakobwa katapfuye, ahubwo karasinziriye+.” Avuze ivyo, batangura kumutwenga bamushinyagurira+.
51 Ashitse kuri nya nzu, ntiyareka ngo hagire n’umwe binjirana atari Petero na Yohani na Yakobo hamwe na se na nyina ba nya mukobwa+.