Itanguriro 25:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Inyuma y’ivyo mwene wabo arasohoka, kandi ukuboko kwiwe kwari gufashe igitsintsiri ca Esawu+; nuko amwita Yakobo+. Kandi Izahaki yari afise imyaka mirongo itandatu igihe Rebeka yabibaruka. 1 Ngoma 1:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Aburahamu avyara Izahaki. Bene Izahaki+ bari Esawu+ na Isirayeli+.
26 Inyuma y’ivyo mwene wabo arasohoka, kandi ukuboko kwiwe kwari gufashe igitsintsiri ca Esawu+; nuko amwita Yakobo+. Kandi Izahaki yari afise imyaka mirongo itandatu igihe Rebeka yabibaruka.