Mariko 2:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Nuko Abafarizayo bamubwira bati: “Ehe raba! Ni kubera iki bariko bakora ibitemewe gukorwa kw’isabato+?” Luka 6:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Bamwe mu Bafarizayo baca bavuga bati: “Kubera iki muriko mukora ibitemewe+ gukorwa kw’isabato+?”
24 Nuko Abafarizayo bamubwira bati: “Ehe raba! Ni kubera iki bariko bakora ibitemewe gukorwa kw’isabato+?”