Mariko 9:40 Bibiliya y’isi nshasha 40 kuko uwutaturwanya adushigikiye+. Luka 9:50 Bibiliya y’isi nshasha 50 Mugabo Yezu amubwira ati: “Ntimugerageze kumubuza, kuko uwutabarwanya abashigikiye+.”