Matayo 12:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Uwutari ku ruhande rwanje aba andwanya, kandi uwutegeraniriza hamwe nanje arasanzaza+. Luka 11:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Uwutari ku ruhande rwanje aba andwanya, kandi uwutegeraniriza hamwe nanje arasanzaza+. 1 Abakorinto 12:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ku bw’ico rero, nshaka ko mumenya yuko ata muntu, iyo avugishwa n’impwemu y’Imana, avuga ngo: “Yezu ni ikivume+!”, kandi nta muntu ashobora kuvuga ngo: “Yezu ni Umukama!” atabihawe n’impwemu nyeranda+. Abafilipi 1:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Bitwaye iki none? Nta na kimwe, atari uko mu buryo bwose, haba mu bwiyorobetsi+ canke mu kuri, Kristu ariko aramenyekanishwa+, kandi ivyo ndabinezererwa. Mbere nzoguma nezerwa,
3 Ku bw’ico rero, nshaka ko mumenya yuko ata muntu, iyo avugishwa n’impwemu y’Imana, avuga ngo: “Yezu ni ikivume+!”, kandi nta muntu ashobora kuvuga ngo: “Yezu ni Umukama!” atabihawe n’impwemu nyeranda+.
18 Bitwaye iki none? Nta na kimwe, atari uko mu buryo bwose, haba mu bwiyorobetsi+ canke mu kuri, Kristu ariko aramenyekanishwa+, kandi ivyo ndabinezererwa. Mbere nzoguma nezerwa,