Matayo 12:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Uwutari ku ruhande rwanje aba andwanya, kandi uwutegeraniriza hamwe nanje arasanzaza+. Mariko 9:40 Bibiliya y’isi nshasha 40 kuko uwutaturwanya adushigikiye+. Luka 9:50 Bibiliya y’isi nshasha 50 Mugabo Yezu amubwira ati: “Ntimugerageze kumubuza, kuko uwutabarwanya abashigikiye+.” Yohani 11:52 Bibiliya y’isi nshasha 52 kandi atari iryo hanga gusa, ahubwo kugira ngo abana b’Imana basabagiye+ na bo nyene abakoranirize hamwe babe umwe+.
52 kandi atari iryo hanga gusa, ahubwo kugira ngo abana b’Imana basabagiye+ na bo nyene abakoranirize hamwe babe umwe+.