Mariko 3:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Ariko uwo wese arogota ku mpwemu nyeranda ntazokwigera ababarirwa, ahubwo yagirwa n’igicumuro kidahera+.” Luka 12:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Umuntu wese avuga ijambo ribi ku Mwana w’umuntu, azobibabarirwa; ariko uwurogota ku mpwemu nyeranda ntazobibabarirwa+. Abaheburayo 10:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Kuko nimba tuza turacumura n’ibigirankana+ tumaze kuronka ubumenyi butagira amakosa bwerekeye ukuri+, nta kimazi c’ibicumuro kiba kigisigaye+,
29 Ariko uwo wese arogota ku mpwemu nyeranda ntazokwigera ababarirwa, ahubwo yagirwa n’igicumuro kidahera+.”
10 Umuntu wese avuga ijambo ribi ku Mwana w’umuntu, azobibabarirwa; ariko uwurogota ku mpwemu nyeranda ntazobibabarirwa+.
26 Kuko nimba tuza turacumura n’ibigirankana+ tumaze kuronka ubumenyi butagira amakosa bwerekeye ukuri+, nta kimazi c’ibicumuro kiba kigisigaye+,