ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Luka 11:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Maze iragenda igahitana izindi mpwemu indwi+ ziyirusha ububisha, hanyuma zimaze gushika imbere muri nya nzu, zikahaba; maze ivya nyuma vy’uwo muntu bikunyuka kuruta ivya mbere+.”

  • Yohani 5:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Hanyuma Yezu amusanga mu rusengero, amubwira ati: “Raba wakize. Ntiwongere gucumura, kugira ntushikirwe n’ibirusha ivya mbere kuba bibi.”

  • Abaheburayo 6:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Kuko ibi bidashoboka: ku bijanye n’abamurikiwe rimwe rizima+, bagahonja ya ngabirano ya gusa yo mw’ijuru+, bakaba abasangiye impwemu nyeranda+,

  • Abaheburayo 6:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 mugabo bakagwa+, ntibishoboka ko bongera kuvyurwa ngo bigaye+, kuko baba bongeye kwimanikira Umwana w’Imana no kumutetereza ku mugaragaro+.

  • 2 Petero 2:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Mu vy’ukuri, nimba bamaze gukira ubuhumane bw’isi+ biciye ku bumenyi butagira amakosa bwerekeye Umukama n’Umukiza Yezu Kristu, bagasubira kwisuka muri ivyo bintu nyene kandi bagatsindwa+, ivya nyuma biba vyunyutse kuri bo kuruta ivya mbere+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika