Matayo 13:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Iyo hagize umuntu yumva ijambo ry’ubwami mugabo ntategere ico risobanura, wa mubisha+ araza akanyahura ivyabibwe mu mutima wiwe; uwo ni we yabibwe iruhande y’inzira. Mariko 4:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Hanyuma ariko arabiba, imbuto zimwe zigwa iruhande y’inzira, inyoni ziraza zirazirya+. Luka 8:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 “Umubivyi yarasohotse kubiba imbuto ziwe. Ariko arabiba, zimwe muri zo zigwa iruhande y’inzira maze barazihonyanga, inyoni zo mu kirere na zo zirazirya+.
19 Iyo hagize umuntu yumva ijambo ry’ubwami mugabo ntategere ico risobanura, wa mubisha+ araza akanyahura ivyabibwe mu mutima wiwe; uwo ni we yabibwe iruhande y’inzira.
5 “Umubivyi yarasohotse kubiba imbuto ziwe. Ariko arabiba, zimwe muri zo zigwa iruhande y’inzira maze barazihonyanga, inyoni zo mu kirere na zo zirazirya+.