Yohani 8:56 Bibiliya y’isi nshasha 56 Aburahamu so yaranezererwa cane icizigiro co kubona umusi wanje+, kandi yarawubonye, aranezerwa+.” Abanyefeso 3:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Mu yandi mayaruka iryo banga+ ntiryamenyeshejwe abana b’abantu nk’uko ubu ryahishuriwe+ intumwa nyeranda zayo n’abahanuzi+ biciye ku mpwemu,
56 Aburahamu so yaranezererwa cane icizigiro co kubona umusi wanje+, kandi yarawubonye, aranezerwa+.”
5 Mu yandi mayaruka iryo banga+ ntiryamenyeshejwe abana b’abantu nk’uko ubu ryahishuriwe+ intumwa nyeranda zayo n’abahanuzi+ biciye ku mpwemu,