Matayo 24:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Kandi iyi nkuru nziza+ y’ubwami+ izokwamamazwa mw’isi yose ngo bibe intahe ku mahanga yose+; maze iherezo+ rizoca riza. Abaroma 10:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Yamara rero ndabaza nti: Mbega ntibumvise? Erega nkako, “ijwi ryavyo ryagiye mw’isi yose+, kandi amajambo yavyo yashitse ku mpera z’isi+.” Abakolosayi 1:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 yaje muri mwebwe, nk’uko nyene iriko irama ivyamwa+ kandi ikagwira+ mw’isi+ yose nk’uko iriko irabigira no muri mwebwe, kuva umusi mwumva kandi mukamenya neza ubuntu ata wari abukwiriye+ bw’Imana mu kuri+.
14 Kandi iyi nkuru nziza+ y’ubwami+ izokwamamazwa mw’isi yose ngo bibe intahe ku mahanga yose+; maze iherezo+ rizoca riza.
18 Yamara rero ndabaza nti: Mbega ntibumvise? Erega nkako, “ijwi ryavyo ryagiye mw’isi yose+, kandi amajambo yavyo yashitse ku mpera z’isi+.”
6 yaje muri mwebwe, nk’uko nyene iriko irama ivyamwa+ kandi ikagwira+ mw’isi+ yose nk’uko iriko irabigira no muri mwebwe, kuva umusi mwumva kandi mukamenya neza ubuntu ata wari abukwiriye+ bw’Imana mu kuri+.