Abanyefeso 3:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 nimba vy’ukuri mwarumvise ivyerekeye ububwiriza+ bw’ubuntu ata wari abukwiriye bw’Imana, ubwo nahawe ku neza yanyu, Tito 2:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kuko bwa buntu ata wari abukwiriye+ bw’Imana buzanira ubukiriro+ abantu b’uburyo bwose+ bwerekanywe+,
2 nimba vy’ukuri mwarumvise ivyerekeye ububwiriza+ bw’ubuntu ata wari abukwiriye bw’Imana, ubwo nahawe ku neza yanyu,
11 Kuko bwa buntu ata wari abukwiriye+ bw’Imana buzanira ubukiriro+ abantu b’uburyo bwose+ bwerekanywe+,