Mariko 6:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Aho abigishwa biwe bavyumviye baraza batora ikiziga ciwe, bagishira mu mva+. Ivyakozwe 8:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Mugabo abagabo batinya Imana bajana Sitefano kumuhamba+, baramuririra cane+.