Matayo 14:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Amaherezo abigishwa biwe baraza bakuraho ikiziga ciwe baramuhamba+, hanyuma baraza babibwira Yezu. Ivyakozwe 8:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Mugabo abagabo batinya Imana bajana Sitefano kumuhamba+, baramuririra cane+.
12 Amaherezo abigishwa biwe baraza bakuraho ikiziga ciwe baramuhamba+, hanyuma baraza babibwira Yezu.